A6-A
Igicapo: Abahanuzi n’abami b’Ubuyuda na Isirayeli (Igice ca 1)
Abami b’ubwami bw’Ubuyuda bwo mu bumanuko bwari bugizwe n’imiryango ibiri
997 M.K.
Rehobowamu: imyaka 17
980
Abiya (Abiyamu): imyaka 3
978
Asa: imyaka 41
937
Yehoshafati: imyaka 25
913
Yehoramu: imyaka 8
nk. 906
Ahaziya: umwaka 1
nk. 905
Umwamikazi Ataliya: imyaka 6
898
Yehowasi: imyaka 40
858
Amaziya: imyaka 29
829
Uziya (Azariya): imyaka 52
Abami b’ubwami bwa Isirayeli bwo mu buraruko bwari bugizwe n’imiryango cumi
997 M.K.
Yerobowamu: imyaka 22
nk. 976
Nadabu: imyaka 2
nk. 975
Bayasha: imyaka 24
nk. 952
Ela: imyaka 2
Zimuri: imisi 7 (nko mu 951)
Omuri na Tibuni: imyaka 4
nk. 947
Omuri (wenyene): imyaka 8
nk. 940
Ahabu: imyaka 22
nk. 920
Ahaziya: imyaka 2
nk. 917
Yehoramu: imyaka 12
nk. 905
Yehu: imyaka 28
876
Yehowahazi: imyaka 14
nk. 862
Yehowahazi na Yehowasi: imyaka 3
nk. 859
Yehowasi (wenyene): imyaka 16
nk. 844
Yerobowamu wa 2: imyaka 41
-
Urutonde rw’abahanuzi
-
Yoweli
-
Eliya
-
Elisha
-
Yona
-
Amosi