Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu ca Yosuwa

Ibigabane

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Yehova aremesha Yosuwa (1-9)

      • Soma igitabu c’amategeko n’ijwi ritoyi (8)

    • Imyiteguro yo kujabuka Yorodani (10-18)

  • 2

    • Yosuwa arungika i Yeriko abasumyi b’urusaku babiri (1-3)

    • Rahabu anyegeza abaje gusuma urusaku (4-7)

    • Ivyo basezeraniye Rahabu (8-21a)

      • Ikimenyetso c’umugozi utukura (18)

    • Ba basumyi b’urusaku bagaruka kwa Yosuwa (21b-24)

  • 3

    • Abisirayeli bajabuka uruzi Yorodani (1-17)

  • 4

    • Amabuye y’icibutso (1-24)

  • 5

    • Abisirayeli bagenyerwa i Gilugali (1-9)

    • Bahimbaza Pasika. Manu ntiyasubiye kuboneka (10-12)

    • Umukuru w’ingabo za Yehova (13-15)

  • 6

    • Uruzitiro rwa Yeriko rusenyuka (1-21)

    • Rahabu n’umuryango wiwe barokoka (22-27)

  • 7

    • Abisirayeli batsindwa i Ayi (1-5)

    • Isengesho rya Yosuwa (6-9)

    • Igicumuro catumye Abisirayeli batsindwa (10-15)

    • Akani afatwa agaterwa amabuye (16-26)

  • 8

    • Yosuwa arungika abinyegeza ngo batere Ayi (1-13)

    • Igisagara ca Ayi gifatwa (14-29)

    • Yosuwa asoma amategeko ku musozi Ebali (30-35)

  • 9

    • Abanyagibeyoni barondera amahoro (1-15)

    • Amayeri yabo amenyekana (16-21)

    • Yosuwa abagira abo gusenya no kuvoma (22-27)

  • 10

    • Abisirayeli batabara Gibeyoni (1-7)

    • Yehova arwanira Abisirayeli (8-15)

      • Iminana y’urubura igwa ku bansi (11)

      • Izuba rihagarara (12-14)

    • Abami batanu bari bateye bicwa (16-28)

    • Abisirayeli bafata ibisagara mu bumanuko (29-43)

  • 11

    • Abisirayeli bafata ibisagara mu buraruko (1-15)

    • Incamake y’uturere Yosuwa yafashe (16-23)

  • 12

    • Abami batsinzwe mu buseruko bwa Yorodani (1-6)

    • Abami batsinzwe mu burengero bwa Yorodani (7-24)

  • 13

    • Akarere batari bwafate (1-7)

    • Bagabura akarere mu buseruko bwa Yorodani (8-14)

    • Aho Abarubeni batoranye (15-23)

    • Aho Abagadi batoranye (24-28)

    • Aho bene Manase batoranye mu buseruko (29-32)

    • Yehova ni we ntoranwa y’Abalewi (33)

  • 14

    • Bagabura akarere mu burengero bwa Yorodani (1-5)

    • Kalebu atorana igisagara ca Heburoni (6-15)

  • 15

    • Aho umuryango wa Yuda watoranye (1-12)

    • Umukobwa wa Kalebu aronka itongo (13-19)

    • Ibisagara vya bene Yuda (20-63)

  • 16

    • Aho abakomoka kuri Yozefu batoranye (1-4)

    • Aho Abefurayimu batoranye (5-10)

  • 17

    • Aho bene Manase batoranye mu burengero (1-13)

    • Akandi karere abakomoka kuri Yozefu baronse (14-18)

  • 18

    • Bagaburira i Shilo akarere gasigaye (1-10)

    • Aho Ababenyamini batoranye (11-28)

  • 19

    • Aho abakomoka kuri Simeyoni batoranye (1-9)

    • Aho abakomoka kuri Zabuloni batoranye (10-16)

    • Aho abakomoka kuri Isakari batoranye (17-23)

    • Aho abakomoka kuri Asheri batoranye (24-31)

    • Aho abakomoka kuri Nafutali batoranye (32-39)

    • Aho Abadani batoranye (40-48)

    • Aho Yosuwa yatoranye (49-51)

  • 20

    • Ibisagara vy’ubuhungiro (1-9)

  • 21

    • Ibisagara vy’Abalewi (1-42)

      • Ivy’abakomoka kuri Aroni (9-19)

      • Ivy’abandi Bakohati (20-26)

      • Ivy’Abagerishoni (27-33)

      • Ivy’Abamerari (34-40)

    • Ivyo Yehova yasezeranye yarabikoze (43-45)

  • 22

    • Abo mu buseruko bwa Yorodani basubira iwabo (1-8)

    • Bubaka igicaniro hafi ya Yorodani (9-12)

    • Basigura igituma bubatse igicaniro (13-29)

    • Amatati atorerwa umuti (30-34)

  • 23

    • Yosuwa asezera abakuru muri Isirayeli (1-16)

      • Ivyo Yehova yavuze vyose vyarashitse (14)

  • 24

    • Yosuwa asubiramwo kahise k’Abisirayeli (1-13)

    • Yosuwa abaremesha gukorera Yehova (14-24)

      • «Nayo jewe n’urugo rwanje, tuzokorera Yehova» (15)

    • Yosuwa agirana isezerano n’Abisirayeli (25-28)

    • Yosuwa apfa agahambwa (29-31)

    • Amagufa ya Yozefu bayahamba i Shekemu (32)

    • Eleyazari apfa agahambwa (33)