Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu c’Umusiguzi

Ibigabane

1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Vyose ni ubusa (1-11)

      • Isi yamaho ibihe vyose (4)

      • Inzinguzingu zo mu bidukikije (5-7)

      • Nta gishasha kiri munsi y’izuba (9)

    • Ubukerebutsi bw’abantu buri n’aho bugarukira (12-18)

      • Kwiruka inyuma y’umuyaga (14)

  • 2

    • Ibintu bitandukanye Salomo yakurikiranye (1-11)

    • Ubukerebutsi bw’abantu nta gaciro kanini bufise (12-16)

    • Kwiyahagura nta co bimaze (17-23)

    • Nurye, unywe kandi uhimbarirwe igikorwa cawe (24-26)

  • 3

    • Ikintu cose kirafise umwanya waco (1-8)

    • Guhimbarirwa ubuzima ni ingabire y’Imana (9-15)

      • Yashize ibihe bidahera mu mitima y’abantu (11)

    • Imana ntirenganya (16, 17)

    • Abantu n’ibikoko vyose biruhira gupfa (18-22)

      • Vyose bisubira mu mukungugu (20)

  • 4

    • Agahahazo karababaza kuruta urupfu (1-3)

    • Kubona ibikorwa mu buryo bwiza (4-6)

    • Agaciro k’umugenzi (7-12)

      • Babiri baruta umwe (9)

    • Ubuzima bw’umutegetsi burashobora kumupfako ubusa (13-16)

  • 5

    • Niwiyubare igihe wiyegereza Imana (1-7)

    • Abategetsi batobato barihwezwa n’ababakurira (8, 9)

    • Ubutunzi nta co bumaze (10-20)

      • Uwukunda amahera ntazopfa ayahaze (10)

      • Agatiro k’umukozi kararyoshe (12)

  • 6

    • Gutunga ibintu ariko ntubihimbarirwe (1-6)

    • Nuhimbarirwe ivyo usanzwe ufise (7-12)

  • 7

    • Izina ryiza hamwe n’umusi wo gupfa (1-4)

    • Gukosorwa n’umunyabwenge (5-7)

    • Iherezo ry’ikintu riruta intango yaco (8-10)

    • Ubukerebutsi buri n’akarusho (11, 12)

    • Imisi myiza n’imisi mibi (13-15)

    • Niwirinde kurenza urugero (16-22)

    • Ivyo uwukoranya abantu yihweje yitonze (23-29)

  • 8

    • Ubutegetsi bw’abantu badatunganye (1-17)

      • Gamburuka amategeko y’umwami (2-4)

      • Umuntu aganza uwundi mu kumugirira nabi (9)

      • Igihe urubanza rudashizwe mu ngiro ningoga (11)

      • Nurye, unywe kandi unezerwe (15)

  • 9

    • Abantu bose bafise iherezo rimwe (1-3)

    • Nuhimbarirwe ubuzima naho bishika tugapfa (4-12)

      • Abapfuye nta na kimwe bazi (5)

      • Nta gikorwa kiri mu kuzimu (10)

      • Ibihe bigoye n’ibintu bishika giturumbuka (11)

    • Abantu ntibama baha agaciro ubukerebutsi (13-18)

  • 10

    • Ubupfu bukeyi buronona ubukerebutsi (1)

    • Akaga ko kutagira ubukerebutsi (2-11)

    • Ingorane ibijuju vyikwegera (12-15)

    • Ubujuju mu bategetsi (16-20)

      • Inyoni yohava isubiramwo ivyo wavuze (20)

  • 11

    • Ntugishe akaryo ko gukora iciza (1-8)

      • Terera umukate wawe ku mazi (1)

      • Teragira imbuto kuva mu gitondo gushika ku mugoroba (6)

    • Nuhimbarirwe ubuto ariko nturenze urugero (9, 10)

  • 12

    • Niwibuke Umuremyi wawe utarasaza (1-8)

    • Insozero y’amajambo y’uwukoranya abantu (9-14)

      • Amajambo y’abanyabwenge ameze nk’imihunda (11)

      • Tinya Imana y’ukuri (13)