Inkuru nziza ya Mariko
Ibigabane
Ibirimwo muri make
-
-
Yohani Umubatizi yamamaza (1-8)
-
Yezu abatizwa (9-11)
-
Shetani agerageza Yezu (12, 13)
-
Yezu atangura kwamamaza i Galilaya (14, 15)
-
Ahamagara abigishwa biwe ba mbere (16-20)
-
Yirukana impwemu mbi (21-28)
-
Yezu akiza abantu benshi i Kaperinawumu (29-34)
-
Yezu asenga ari ahantu hiherereye (35-39)
-
Akiza umunyamibembe (40-45)
-
-
-
Yezu ahinduka ukundi (1-13)
-
Akiza umuhungu arimwo idayimoni (14-29)
-
«Vyose birashoboka ku wizera» (23)
-
-
Yezu yongera kumenyesha ibijanye n’urupfu rwiwe (30-32)
-
Abigishwa baharira ku bijanye n’uwuruta abandi (33-37)
-
«Uwutaturwanya aba adushigikiye» (38-41)
-
Ibitsitaza (42-48)
-
«Nimwamane umunyu muri mwebwe» (49, 50)
-
-
-
Ukwubaka be n’ukwahukana (1-12)
-
Yezu ahezagira abana (13-16)
-
Umugabo w’umutunzi abaza ikibazo (17-25)
-
Kwihebera Ubwami (26-31)
-
Yezu yongera kumenyesha ibijanye n’urupfu rwiwe (32-34)
-
Yakobo na Yohani basaba ibibanza Yezu (35-45)
-
Yezu yaje gucungura benshi (45)
-
-
Ahumura umugabo w’impumyi yitwa Barutimayo (46-52)
-
-
-
Abaherezi baja inama yo kwica Yezu (1, 2)
-
Amavuta amota neza asukwa kuri Yezu (3-9)
-
Yuda agurisha Yezu (10, 11)
-
Pasika ya nyuma (12-21)
-
Atanguza Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba (22-26)
-
Avuga ko Petero aza kumwihakana (27-31)
-
Yezu asenga ari i Getsemani (32-42)
-
Bafata Yezu (43-52)
-
Asambishirizwa imbere y’Inama nkuru (53-65)
-
Petero yihakana Yezu (66-72)
-
-
-
Izuka rya Yezu (1-8)
-