Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ikete rya kabiri ryandikiwe Abakorinto

Ibigabane

1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 12 13

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Indamutso (1, 2)

    • Imana iraduhoza mu bigeragezo vyose (3-11)

    • Ivyahindutse mu rugendo rwa Pawulo (12-24)

  • 2

    • Pawulo yashaka ko banezerwa (1-4)

    • Umucumuzi ababarirwa akagarukanwa mw’ishengero (5-11)

    • Pawulo i Tirowa n’i Masedwane (12, 13)

    • Igikorwa cacu ni urugendo rw’intsinzi (14-17)

      • Ntitudandaza ijambo ry’Imana (17)

  • 3

    • Amakete adushimagiza (1-3)

    • Abasuku b’isezerano rishasha (4-6)

    • Ubuninahazwa buhebuje bw’isezerano rishasha (7-18)

  • 4

    • Umuco w’inkuru nziza (1-6)

      • Ubwenge bw’abatemera bwarahumye (4)

    • Itunga mu nkono z’ibumba (7-18)

  • 5

    • Kwambara inzu yo mw’ijuru (1-10)

    • Igikorwa c’ugusubiza hamwe (11-21)

      • Ikiremwa gishasha (17)

      • Abaserukira Kristu (20)

  • 6

    • Kudakoresha nabi ubuntu bw’Imana (1, 2)

    • Igikorwa ca Pawulo (3-13)

    • Ntimwunge ubumwe n’abatemera (14-18)

  • 7

    • Twiyuhagire ibintu vyose bihumanya (1)

    • Pawulo agira umunezero kubera Abakorinto (2-4)

    • Tito azana amakuru meza (5-7)

    • Umubabaro uhuye n’ivyo Imana igomba be n’ukwigaya (8-16)

  • 8

    • Kwegeranya intererano zizohabwa ab’i Yudaya (1-15)

    • Tito azoja i Korinto (16-24)

  • 9

    • Imvo zo gutanga (1-15)

      • Imana ikunda uwutanga anezerewe (7)

  • 10

    • Pawulo aburanira igikorwa ciwe (1-18)

      • Ibirwanisho vyacu si ivy’umubiri (4, 5)

  • 11

    • Pawulo n’intumwa z’agahebuza (1-15)

    • Amakuba yashikiye intumwa Pawulo (16-33)

  • 12

    • Ivyo Pawulo yeretswe (1-7a)

    • «Ihwa mu mubiri» wa Pawulo (7b-10)

    • Intumwa z’agahebuza ntiziruta Pawulo (11-13)

    • Pawulo arazwa ishinga n’Abakorinto (14-21)

  • 13

    • Ingabisho n’impanuro za nyuma (1-14)

      • «Nimugume musuzuma yuko muri mu kwizera» (5)

      • Nimwemere kubogorwa, mwiyumvire muhuza (11)