Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Incamake y’igitabu ca Ezira

Incamake y’igitabu ca Ezira

Numenye ibintu nyamukuru vyerekeye igitabu co muri Bibiliya citwa Ezira. Ni inkuru yerekeye ugusenga kw’ukuri i Yeruzalemu, inyuma y’aho Abisirayeli baviriye mu bunyagano i Babiloni.