Guhindura Bibiliya mu zindi ndimi
Ivyo abashira Bibiliya mu zindi ndimi bisunga
Ibintu nyamukuru bitanu vyafashije mu gutegura Bibiliya y’isi nshasha.
Bibiliya—Kuki hari izitandukanye?
Woba wipfuza gutahura igituma hari Bibiliya zitandukanye?
Bibiliya y’isi nshasha yoba itagiramwo amakosa?
Kubera iki Bibiliya y’isi nshasha itandukanye n’izindi Bibiliya nyinshi?
Icandikano ca kera cemeza ko izina ry’Imana rikwiye gukoreshwa
Raba ibintu vyemeza ko izina ry’Imana rikwiye kuboneka mw’“Isezerano rishasha.”
Bajejwe guhindura mu zindi ndimi “amajambo meranda y’Imana”—Abaroma 3:2
Mu kinjana giheze, Ivyabona vya Yehova barakoresheje impinduro zitari nke za Bibiliya. Kubera iki bahinduye Bibiliya mu congereza ca none?
Bibiliya yitwa Peshitta iratanga umuco kuri kahise k’amabibiliya ya kera
Iyo Bibiliya ya kera irerekana yuko Bibiliya zimwezimwe zo muri kino gihe zirimwo imirongo itari mu vyandikano vya kera.
Bibiliya ya Bedell yarafashije abantu gutahura neza Bibiliya
Iyo Bibiliya yaramaze imyaka 300 ifise ikibanza kidasanzwe.
Elias Hutter na Bibiliya zidasanzwe yashize mu giheburayo
Umuhinga umwe wo mu kinjana ca 16 yitwa Elias Hutter, yarasohoye Bibiliya zibiri z’igiheburayo zidasanzwe.
Ingene Ijambo ry’Imana ryamenyekanishijwe muri Espanye ya kera
Abanyeshure bimuriye ivyanditswe vyo muri Bibiliya ku bigura bahuriye ku ki n’abinjije Bibiliya mu kinyegero?
Bibiliya mu kijeworojiya
Bivugwa yuko ivyandikano vya Bibiliya vyo mu kijeworojiya ca kera vyanditswe nko hagati mu kinjana ca gatanu inyuma ya Kristu canke imbere yaho.
Estoniya irashima “igikorwa gikomeye caranguwe”
Bibiliya y’isi nshasha mu kinyestoniya yaracaguwe kugira ihiganirwe agashimwe k’umwaka wa 2014 gatangwa ku bw’ibikorwa vyo guteza imbere ururimi muri Estoniya.