Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Mfasha ntange imbabazi

Mfasha ntange imbabazi

Voma:

  1. 1. Ehe nguma mbits’agashavu.

    Ndaremerewe mu mutima.

    Icompa nkavyikuramwo.

    Naho nsabwa kubabarira,

    Ntivyorosh’atar’ikosa ryanje.

    Mbega yemwe ndabigenze nte?

    (INTEGUZA)

    Ndabona ko nkeneye gusenga.

    Yehov’az’ivyabaye arambona.

    Ndazi kw’atazoreka

    (ICITABIRIZO)

    Kump’ububasha,

    Kuko je ntovyishoboza.

    Mfasha, Yehova numfashe,

    Mfasha ntang’imbabazi.

    Mfasha kukwigana.

    Uraharira ukibagira.

    Mfasha, Yehova numfashe

    Mfasha ntang’imbabazi.

    Ntang’imbabazi.

  2. 2. Ndihatira kuvyikuramwo,

    Ariko bingarukamwo.

    Si je nzobona biraheze.

    Ndaz’iciza n’ukwibagira.

    Nakar’intibagira ntibana,

    Kuraka ntaho vyubaka.

    (INTEGUZA)

    Ndabona ko nkeneye gusenga.

    Yehov’az’ivyabaye arambona.

    Ndazi kw’atazoreka.

    (ICITABIRIZO)

    Kump’ububasha,

    Kuko je ntovyishoboza.

    Mfasha, Yehova numfashe.

    Mfasha ntang’imbabazi.

    Mfasha kukwigana.

    Uraharira ukibagira.

    Mfasha, Yehova numfashe

    Mfasha ntang’imbabazi.

    Ntang’imbabazi.

    Ntang’imbabazi.

    Ntang’imbabazi.

    Ntang’imbabazi.