Tunezerwe
Voma:
1. Ikirere gikeye,
Izuba rirashe.
Yehova ni w’aduha ivyo vyiza bitunezera.
Kand’aradukunda, ntituzigere tuvyibagira.
(ICITABIRIZO)
Muze dushemeze Yehova
Mu kumukorera—
Ni wo munezero ntangere,
Tuzowugumana.
Tunezerwe! Tunezerwe!
Tunezerwe! Tunezerwe!
2. Ubumwe n’urukundo—
Bituma twisanga.—
N’Iman’ibikora, ntawogeza kudutanya.
Naho boturwanya, ntivyotubuza guhimbarwa.
(ICITABIRIZO)
Muze dushemeze Yehova
Mu kumukorera.—
Ni wo munezero ntangere,
Tuzowugumana.
Tunezerwe! Tunezerwe!
Tunezerwe! Tunezerwe!
(IKIRARO)
Isi y’iparadizo, tuzoyibonera.
Yezu yaratubohoye mu kudupfira.
(ICITABIRIZO)
Muze dushemeze Yehova
Mu kumukorera.—
Ni wo munezero ntangere,
Tuzowugumana.
Tunezerwe! Tunezerwe!
Tunezerwe! Tunezerwe!
Tunezerwe! Tunezerwe!
Tunezerwe! Tunezerwe!
Tunezerwe! Tunezerwe!
Tunezerwe! Tunezerwe!
Tunezerwe!