Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ururirimbo 56

Ntabara wumve isengesho ryanje

Ntabara wumve isengesho ryanje

(Zaburi 54)

1. Mana yanje, we ndirimbira

Nyumva wewe je nizigira.

Ur’Imana ihumuriza.

(ICITABIRIZO)

Ntabar’unyumve, Mana nziza.

2. Urakoze kump’ubuzima,

Mana nkunda nta vyiz’unyima.

Nunkomeze nditabariza.

(ICITABIRIZO)

Ntabar’unyumve, Mana nziza.

3. Ndashashaye kukunezera,

No mu muco nkahagendera.

Nump’inguvu nishimikiza.

(ICITABIRIZO)

Ntabar’unyumve, Mana nziza.