Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Intangamarara

Intangamarara

Woba ubona ko ibinyabuzima vyaremwe, canke na wewe wabayeho biciye ku bintu vyapfuye kwiyadukiza, ata n’umwe abiyoboye? Ico ni kimwe mu bibazo usanga bivyura impari nyinshi cane. Yamara, inyishu yaco irahambaye cane. Aka gatabu karaca irya n’ino ibibazo nk’ibi:

  • Uyu mubumbe wacu woba wagenewe ibinyabuzima?

  • Ni icigwa ikihe twokwigira ku vyo tubona mu bidukikije?

  • Inyigisho y’ivy’ihindagurika yoba ishingiye ku bimenyamenya bifadika?

  • Siyansi yoba idahuza n’inkuru y’ivy’irema yiganwa muri Bibiliya?

  • Ni kubera iki ivyo wemera biri n’ico bitwaye?