Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Urutonde rw’ivyakuwemwo amakuru

Urutonde rw’ivyakuwemwo amakuru

Umubumbe w’ibinyabuzima

1. Inomero idasanzwe y’ikinyamakuru Scientific American co mu 2008 ivuga ngo “Ikirere gitangaje,” rup. 11.

2. Igitabu Perfect Planet, Clever Species—How Unique Are We? canditswe na William C. Burger mu 2003, rup. 24, 34.

3. Igitabu Rare Earth—Why Complex Life Is Uncommon in the Universe, canditswe na Peter D. Ward be na Donald Brownlee mu 2000, rup. 224.

4. Igitabu The Sacred Balance—Rediscovering Our Place in Nature, canditswe na David Suzuki mu 2007, rup. 102.

5. Igitabu God and the New Cosmology—The Anthropic Design Argument, canditswe na M. A. Corey mu 1993, rup. 144-145.

Uruzitiro: Ibinyabuzima umukimba

6. Igitabu Wildlife in a Changing World—An Analysis of the 2008 IUCN Red List of Threatened Species, canditswe na Jean-Christophe Vié, Craig Hilton-Taylor, be na Simon N. Stuart, mu 2009, rup. 6.

7. Ikiganiro kivuga ngo “Total Bacterial Diversity in Soil and Sediment Communities—A Review,” co mu gitabu Journal of Industrial Microbiology, canditswe na V. Torsvik, R. Sørheim, be na J. Goksøyr, Volume 17, mu 1996, rup. 170-178.

8. Ikiganiro kivuga ngo “Environmental Genomics Reveals a Single-Species Ecosystem Deep Within Earth,” co mu gitabu Science, canditswe na Dylan Chivian, et al, Volume 322, ku wa 10 Gitugutu 2008, rup. 275-278.

9. Ikiganiro kivuga ngo “Icigwa cagizwe ku mikorobe kirerekana ko ikirere kinyagaramwo utubagiteri,” casohowe na David Biello mu kinyamakuru Scientific American, kikaba kiri ku muhora http://www.scientificamerican.com/ article.cfm?id=microbe-census-reveals-ai.

Ni nde yatanguye kubishiraho?

10. Ikiganiro kivuga ngo “Igihe igifi c’ikimizi kigira amakorosi,” co mu gitabu Natural History canditswe na Adam Summers muri Ruheshi 2004, rup. 24-25.

11. Amayagwa yavuga ngo “Ikiguruka c’amababa ameze nk’ivyubi vy’igifi,” yo mu gitabu Science, avuga ibijanye n’uburorero bw’ibintu vyapfuye kwiyadukiza, casohowe ku wa 21 Rusama 2004, rup. 1106.

12. Ikiganiro kivuga ngo “Ni akanyoni, kakaba n’akadege . . . ,” co mu kinyamakuru New Scientist kivuga ivy’Ubuhinga bwa none, casohowe ku wa 3 Nyakanga 2005, rup. 21.

13. Igitabu Heat Exchanger Design, Integuro ya kabiri, canditswe na Arthur P. Fraas, mu 1989, rup. 2.

14. Raporo ivuga ngo “Ubuhinga bwa none bwisunga ivyo mu bidukikije,” yasohowe mu kinyamakuru The Economist Technology Quarterly co ku wa 11 Ruheshi 2005, rup. 18-22.

15. Ikiganiro kivuga ngo “Vyagenewe kubaho” casohowe mu kinyamakuru The New York Times canditswe na Michael J. Behe, ku wa 7 Ruhuhuma 2005, rup. A21.

Ukuri be n’ibinyoma ku vyerekeye ihindagurika

16. Ikiganiro kivuga ngo “Darwin be n’ivy’ihindagurika: Iciyumviro kitari co c’uko ibiriho biri n’uwabishizeho” co mu gitabu Natural History, canditswe na Richard Dawkins muri Munyonyo 2005, rup. 37.

17. Igitabu Intango y’amoko y’ibinyabuzima canditswe na Charles Darwin, Integuro ya mbere yo mu 1859 be n’Integuro ya gatandatu yo mu 1872, rup. 285-286.

18. Igitabu Charles Darwin: Intango y’amoko y’ibinyabuzima, Intangamarara yatanzwe n’umushingantahe Julian Huxley muri Nyakanga 2003 afatiye ku majambo y’intangamarara yo mu 1958, ikaba yacapuwe ubwa mbere hisunzwe uburyo bwa kera bwo kuza barahomeka indome ku rukaratasi, rup. 458.

19. Ikiganiro kivuga ngo “Gukabura amahinduka yo mu tugingo ngengakamere,” canditswe na H. J. Muller mu 1946, rup. 162, cakuwe muri Nobel Lectures, Physiology or Medicine 1942-1962, 1999.

20. Ikiganiro kivuga ngo “Ivyitezwe mu vyo kwomekera ibiterwa no mu vyo kubangurira ibikoko” co mu gitabu Mutation Breeding, Evolution, and the Law of Recurrent Variation, canditswe na Wolf-Ekkehard Lönnig mu 2005, rup. 48, be n’ivyabajijwe Wolf-Ekkehard Lönnig.

21. Igitabu Mutation Breeding, Evolution, and the Law of Recurrent Variation, rup. 48-51.

22. Igitabu Mutation Breeding, Evolution, and the Law of Recurrent Variation, rup. 49, 50, 52, 54, 59, 64, be n’ivyabajijwe Wolf-Ekkehard Lönnig.

23. Ikiganiro kivuga ngo “Ibimenyamenya bishigikira ko ibinyabuzima vyabayeho biciye kw’ihindagurika,” co mu gitabu Science and Creationism—A View From the National Academy of Sciences casohowe mu 1999, rup. 10.

24. Ikiganiro kivuga ngo “Ibimenyamenya bishigikira ko ibinyabuzima vyabayeho biciye kw’ihindagurika,” co mu gitabu Science and Creationism—A View From the National Academy of Sciences, rup. 11.

25. Ikiganiro kivuga ngo “Ukuba ibinyabuzima bikomeye kuruta ibindi ari vyo bisigara be n’inyoni zo mu bwoko bw’iseke zitiriwe Darwin,” co mu gitabu Scientific American canditswe na Peter R. Grant muri Gitugutu 1991, rup. 87;

Ikiganiro kivuga ngo “Igwirirana ry’inyoni zo mu bwoko bw’iseke zitiriwe Darwin rigenda rirahinduka,” co mu gitabu Nature canditswe na H. Lisle Gibbs be na Peter R. Grant, gisohorwa ku wa 11 Ruheshi 1987, rup. 511;

Ikiganiro kivuga ngo “Kubangurira amoko y’inyoni,” co mu gitabu Science canditswe na Peter R. Grant be na B. Rosemary Grant, gisohorwa ku wa 10 Ndamukiza 1992, rup. 193-197.

26. Igitabu Adaption and Natural Selection canditswe na George C. Williams mu 1966, rup. 54.

27. Igitabu Sudden Origins—Fossils, Genes, and the Emergence of Species canditswe na Jeffrey H. Schwartz mu 1999, rup. 317-320.

28. Ikiganiro kivuga ngo “Ibimenyamenya bishigikira ko ibinyabuzima vyabayeho biciye kw’ihindagurika,” co mu gitabu Science and Creationism—A View From the National Academy of Sciences, Integuro ya kabiri, rup. 14.

29. Igitabu The Triumph of Evolution and the Failure of Creationism canditswe na Niles Eldredge mu 2000, rup. 49, 85.

30. Ikiganiro kivuga ngo “amadayimoni amamiliyaridi n’amamiliyaridi,” co mu gitabu The New York Review of Books, canditswe na Richard C. Lewontin, ku wa 9 Nzero 1997, rup. 28-32.

31. Ikiganiro kivuga ngo “Abanyasiyansi be n’idini muri Amerika,” co mu gitabu Scientific American canditswe na Edward J. Larson be na Larry Witham muri Nyakanga 1999, rup. 91.

Ivyo wemera vyoba hari ico bitwaye?

32. Ikiganiro kivuga ngo “Ihindagurika be n’ishingiro ry’ikibereye n’ikitabereye,” co mu gitabu Science, Technology, and Social Progress canditswe na William B. Provine mu 1989, maze gisohorwa na Steven L. Goldman, rup. 253, 266.