Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Aho niyandikira utuntu​—Ingeso z’ukwigirira nabi

Aho niyandikira utuntu​—Ingeso z’ukwigirira nabi

IGIHIMBA CA 5

Aho niyandikira utuntu​—Ingeso z’ukwigirira nabi

Andika imvo wiyumvira ko zoshobora gutuma wumva ushaka kunywa itabi, kunywa inzoga ukarenza urugero canke kunywa ibiyayuramutwe.

․․․․․

Nuvuge uburyo woshobora kwinezereza canke gutururuza amaganya utiriwe uraja mu ngeso z’ukwigirira nabi.

․․․․․