Ja ku birimwo

Icigwa ca 2: Nugamburukire Yehova

Icigwa ca 2: Nugamburukire Yehova

Vyoba ata co bitwaye dupfuye gukinisha ibikinisho ivyo ari vyo vyose? Nuronkere inyishu hamwe na Kalebu igihe arondera kuba umugenzi wa Yehova.

 

Raba kandi

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.