Ja ku birimwo

Senga igihe cose: Umuziki n’amajambo

Senga igihe cose: Umuziki n’amajambo

Voma uru rupapuro ruriko umuziki, maze uririmbane na Sonia. Numenye igihe wosenga n’aho wosengera.

Raba kandi

NUBE UMUGENZI WA YEHOVA

Senga igihe cose

Aka kavidewo karigisha abana igihe boshobora gusengerako Yehova be n’aho bomusengera.

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.