Ja ku birimwo

Icigwa ca 13: Yehova azogufasha guhera ubwoba

Icigwa ca 13: Yehova azogufasha guhera ubwoba

Vyoba bishika ukumva ubwoba ugomba kuvuga ivyerekeye Yehova? None Yehova yogufasha gute guhera ubwoba?

Raba kandi

NUBE UMUGENZI WA YEHOVA (UDUKORWA)

Ni gute Yehova yogufasha guhera ubwoba?

Yehova azogufasha guhera ubwoba nka ka Kisirayelikazi.

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.