Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ibintu vyo kw’isi vyarahindutse kuva mu 1914

Ibintu vyo kw’isi vyarahindutse kuva mu 1914

Bibiliya iravuga ukuntu mu “misi ya nyuma” ibintu vyobaye vyifashe, be n’ukuntu abantu bobaye bameze. (2 Timoteyo 3:1) Raba ukuntu ivyo bintu vyarushirije kwibonekeza kuva mu 1914.