Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Abagenzi

Abagenzi

Abagenzi beza kuruta abandi umuntu yogira mu buzima ni bande?

Zb 25:14; Yoh 15:​13-15; Yak 2:23

Raba kandi Img 3:32

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • It 5:​22-24—Henoki yari afitaniye ubugenzi somambike n’Imana

    • It 6:9—Nowa yaragendana n’Imana nka sekuruza wiwe Henoki

Kubera iki dukeneye abagenzi beza?

Img 13:20; 17:17; 18:24; 27:17

Raba kandi Img 18:1

Kubera iki dukeneye kwama twifatanya n’abasenga Yehova bagenzi bacu?

Tworonka gute abagenzi beza?

Ni akaga akahe kari mu kwifatanya cane n’abadakunda Yehova?

Img 13:20; 1Kr 15:33; Ef 5:​6-9

Raba kandi 1Pt 4:​3-5; 1Yh 2:​15-17

Raba kandi «Kuba abagenzi b’isi»

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

Twoba dukwiye kwirinda imigenderanire yose n’abadasenga Yehova Imana?

Kubera iki ari bibi kwubakana n’umuntu atari umusavyi wa Yehova yabatijwe?

Kubera iki dukwiye kwirinda kwifatanya n’abaciwe mw’ishengero?