Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Kwiyemera

Kwiyemera

Zb 94:4; 1Kr 13:4; Yak 3:​5, 14

Raba kandi Img 21:24; Yr 9:​23, 24

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Abc 7:​1-7 —Yehova yaragabanije igitigiri c’abasoda b’umucamanza Gideyoni gishika ku bagabo 300 kugira amwereke neza ko intsinzi ari iya Yehova

    • 2Bm 18:​28-35—Umwami Senakeribu wa Ashuri, abicishije ku muvugizi wiwe, yarirase avuga ko Yehova adashobora gukiza Yeruzalemu mu maboko ya Ashuri