Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Gufasha abandi

Gufasha abandi

Ni ibiki bitwereka ko Yehova ari Umutanzi aruta abandi bose?

Ni ugutanga ukuhe kudahimbara Imana?

Mt 6:​1, 2; 2Kr 9:7; 1Pt 4:9

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha

Ni ugutanga ukuhe guhimbara Imana?

Mt 6:​3, 4; Rm 12:8; 2Kr 9:7; Heb 13:16

Raba kandi Ivk 20:35

  • Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:

    • Lk 21:1-4​—Yezu yarashimagije umupfakazi w’umukene yatanze abikuye ku mutima naho yatanze duke cane

Ivyo gutanga intererano vyari bitunganijwe gute mw’ishengero ryo mu kinjana ca mbere?

Ivk 11:29, 30; Rm 15:25-27; 1Kr 16:1-3; 2Kr 9:5, 7

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha

    • Ivk 4:34, 35—Abagize ishengero baratanze batitangiriye itama, intumwa na zo ziritaho kuronsa imfashanyo abayikeneye

    • 2Kr 8:1, 4, 6, 14​—Haratunganijwe igikorwa co gutabara abakirisu bakenye

Ni ibanga ridasanzwe irihe abakirisu bajejwe ku bijanye n’abo mu rugo rwabo n’abakirisu bagenzi babo?

Bibiliya itwigisha ko dukwiye gukorera iki abakene?

Ni igiki cerekana ko abantu bakeneye canecane gufashwa mu vy’impwemu?

Mt 5:3, 6; Yoh 6:26, 27; 1Kr 9:23

Raba kandi Img 2:1-5; 3:13; Ums 7:​12; Mt 11:4, 5; 24:​14

  • Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:

    • Lk 10:39-42​—Yezu yarafashije Marita gutahura ko ibintu vy’impwemu ari vyo bikwiye kuza imbere