Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Abakirisu

Abakirisu

Vyagenze gute ngo abigishwa ba Yezu bitwe abakirisu?

Ni ibiki biranga abakirisu b’ukuri?

Abakirisu b’ukuri bakizwa hishimikijwe iki?

Kubera iki abakirisu bayobokera Kristu nk’Umwami aganza ari mw’ijuru?

Kubera iki abakirisu b’ukuri birinda kwisuka mu vy’iyi si?

Kubera iki abakirisu b’ukuri bagamburukira abategetsi?

Rm 13:​1, 6, 7; Tt 3:1; 1Pt 2:​13, 14

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

Abakirisu ni abasoda mu buryo ubuhe?

Ni kubera iki abakirisu bakwiye kugendera ivyo bemera?

Mt 5:16; Tt 2:​6-8; 1Pt 2:12

Raba kandi Ef 4:​17, 19-24; Yak 3:13

  • Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:

    • Ivk 9:​1, 2; 19:​9, 23 —Ugusenga kw’abakirisu kwitwa kandi «inzira» kubera ko bagerageza gukurikiza intambuko za Kristu mu buzima bwabo

Kubera iki abakirisu b’ukuri ari Ivyabona vya Yehova Imana?

Kubera iki kandi abakirisu b’ukuri ari ivyabona vya Yezu Kristu?

Kubera iki abakirisu b’ukuri bose bakwiye kwamamaza inkuru nziza?

Abakirisu bakwiye kubona gute uruhamo?

Raba kandi «Uruhamo»

Abakirisu b’ukuri bose boba bazobana na Yezu Kristu mw’ijuru?

Abakirisu b’ukuri benshi bafise icizigiro ikihe?

Abakirisu b’ukuri boba bari mu madini atandukanye y’abitwa abakirisu?

Abiyita abakirisu bose boba vy’ukuri ari abigishwa ba Kristu?

Mt 7:​21-23; Rm 16:​17, 18; 2Kr 11:​13-15; 2Pt 2:1

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Mt 13:​24-30, 36-43—Yezu yaratanze ikigereranyo cerekana ko hobayeho abakirisu benshi b’ikinyoma

    • 2Kr 11:​24-26—Mu bintu intumwa Pawulo yavuze ko vyamubereye akaga yarashizemwo n’«abavukanyi b’ikinyoma»

    • 1Yh 2:​18, 19—Intumwa Yohani yaragabishije ko ba «antikristu benshi» bari bamaze guheba ukuri