Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Kwizigira Yehova

Kwizigira Yehova

Img 3:​5, 21-26; Yes 26:​3, 4; Yr 17:​7, 8

Raba kandi Zb 34:8; 40:​4, 5; Img 20:22; Yes 30:15

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • 1Ng 5:​18-20, 22—Imiryango ya Isirayeli yaratsinda urugamba igihe yaba yizigiye Yehova

    • 2Ng 14:​9-13—Igihe umwami Asa yaterwa n’umwansi akomeye, yarasenze Yehova yongera arerekana ko amwizigiye cane