Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Gucibwa

Gucibwa

Kubera iki abakurambere bakwiye kuguma bitwararika ko ishengero riguma rityoroye?

Inyifato y’umukirisu umwe ishobora gute kugira ingaruka kw’ishengero ryose?

1Kr 5:​1, 2, 5, 6

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Yos 7:​1, 4-14, 20-26—Akani n’urugo rwiwe baracumuye, bakwegera ivyago ihanga ryose

    • Yon 1:​1-16—Ukugambarara kw’umuhanuzi Yona kwarashize mu kaga ubuzima bw’abagendesha ubwato bose bari kumwe na we

Ni inyifato nyabaki ishengero rya gikirisu ridashobora kurenzako uruho rw’amazi?

Abakirisu babatijwe babandanya gukora icaha gikomeye bakwiye gufatwa gute?

Ni amakuru nyabaki abungere bo mw’ishengero basabwa kwegeranya imbere yo guca urubanza?

Abakurambere bazoba bari mu bagize komite ncarubanza bamenya gute ko hakozwe igicumuro gikomeye?

Kubera iki biba ngombwa ko hagira abacibwa canke bagakangirwa, kandi bifasha gute ishengero?

Bibiliya ivuga ko dukwiye gufata gute abaciwe?

Bigenda gute iyo uwaciwe yigaye?

2Kr 2:​6, 7

Raba kandi «Ukwigaya»

Ni ibiki twese dushobora gukora kugira ngo ishengero rigume rityoroye?

Kubera iki umukirisu yoba yihenze agerageje gupfukapfuka igicumuro gikomeye yakoze, atinya ko kumbure yoca acibwa?

Kubera iki rimwe na rimwe biba vyiza ko tutifatanya cane n’umuntu kanaka naho ataba yaraciwe?

Bishitse umukirisu akagungwa canke akambikwa ibara, ni igiki yoshobora guhitamwo gukora kandi kubera iki?

Kubera iki abakirisu bahumuye bakwiye guhanura abatigenza neza?