Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ubwoba

Ubwoba

Kugira ubwoba

Gus 20:8; Abc 7:3; Img 29:25

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Kv 32:​1-4, 21-24—Aroni yaratinye abantu igihe bamuremera ngo abakorere inyana y’inzahabu

    • Mr 14:​50, 66-72—Intumwa zose zaratekewe n’ubwoba zirata Yezu zirahunga, mu nyuma Petero arihakana Kristu

  • Ivyanditswe biremesha:

  • Inkuru zo muri Bibiliya ziremesha:

    • 2Ng 20:​1-17, 22-24—Umwami Yehoshafati n’abandi basavyi b’Imana baragize ubwoba kubera ingabo nyinshi kandi zikomeye zabataye, mugabo Yehova yarabaremesheje yongera arabakiza

    • Lk 12:​4-12—Yezu yarigishije abayoboke biwe igituma badakwiye gutinya abantu canke guhagarika umutima ku bijanye n’ingene boburanira ukwizera kwabo imbere y’abategetsi