Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Umwidegemvyo

Umwidegemvyo

Ni nde wenyene afise umwidegemvyo utagira akarimbi kw’isi no mw’ijuru?

Yes 40:​13, 15; Rm 9:​20, 21

Raba kandi Rm 11:​33-36

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Dn 4:​29-35—Umwami akomeye Nebukadinezari yaratahuye ko Yehova ari we Mutegetsi aruta bose kandi ko akora ivyo agomba

    • Yes 45:​6-12—Yehova ntakeneye kwisigura ku vyo akora kuko ari we Muremyi

Naho Yehova afise umwidegemvyo utagira akarimbi, ni ibintu bimwebimwe ibihe ahitamwo kudakora?

Kubera iki umwidegemvyo wacu uri n’aho ugarukira?

Kubera iki abakirisu birinda gukora ibintu bimwebimwe bafitiye uburenganzira naho bitoba ari bibi?

Kubera iki twovuga ko abasavyi ba Yehova bafise umwidegemvyo mwinshi?

Kubera iki abakorera Imana bahimbawe?

Zb 40:8

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

Ni ibiki Yehova yatubohoye?

Kubera iki tudakwiye gukoresha nabi umwidegemvyo twebwe abakirisu dufise?

Urukundo rushobora gute gutuma abakirisu baheba ibintu bimwebimwe bafitiye uburenganzira?

Ni mu buryo ki ubutumwa dushikiriza butanga umwidegemvyo?

Ni umwidegemvyo nyabaki twiteze kuzoronka?

Ni mu buryo ki abakora ivyo bishakiye bacika abashumba?

Ni ibiki vyerekana ko abantu bose bangana imbere y’Imana?