Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Kuba abagenzi b’isi

Kuba abagenzi b’isi

Ni nde aganza isi y’abatemera Imana?

Ef 2:2; 1Yh 5:19

  • Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:

    • Lk 4:​5-8—Shetani yaremereye Yezu intwaro zose zo mw’isi, kandi Yezu ntiyahakanye ko Shetani azifiseko ububasha

Gushaka kuba umugenzi w’isi vyogira ingaruka iyihe ku bucuti dufitaniye na Yehova?

Yak 4:4; 1Yh 2:​15, 16

Raba kandi Yak 1:27

  • Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:

Kubona isi nk’uko Yehova ayibona bituma duhitamwo gute abo twifatanya?

Raba «Abagenzi»

Kubera iki twirinda kubona ibintu vy’umubiri nk’uko isi ibibona?

Kubera iki twirinda kubona ivyipfuzo bibi vy’umubiri nk’uko isi ibibona?

Kubera iki abakirisu birinda guhayagiza cane umuntu kanaka canke amashirahamwe?

Mt 4:10; Rm 1:25; 1Kr 10:14

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Ivk 12:​21-23—Yehova yarahanye umwami Herodi Agiripa wa mbere kubera yemeye gusengwa

    • Ivy 22:​8, 9—Umumarayika umwe w’ububasha yaranse ko intumwa Yohani amwunamira, avuga ko Yehova ari we wenyene akwiye gusengwa

Kubera iki abakirisu baguma ata ho bahengamiye mu vya politike no mu vyo kwishimira igihugu?

Kubera iki abakirisu birinda kwifatanya n’ayandi madini?

Kubera iki abakirisu banka kurenga ku ngingo ngenderwako za Yehova?

Ni kubera iki ino si akenshi yanka ikongera igahama abayoboke ba Kristu?

Kubera iki atari vyiza gukunda isi?

Abakirisu bagaragariza gute urukundo n’umutima mwiza abadasenga Yehova?

Kubera iki abakirisu bakwiye kwubaha amategeko y’igihugu, abategetsi n’abandi bakuru?

Mt 22:21; Rm 13:​1-7

  • Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha: