Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyo impwemu y’Imana yama; icamwa c’impwemu

Ivyo impwemu y’Imana yama; icamwa c’impwemu

Ni ibiki impwemu ya Yehova yama, kandi ni kubera iki dukeneye kwicisha bugufi kugira tuyironke?

Gl 5:​22, 23; Yak 4:6

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Zb 143:​1, 4-11—Igihe umwami Dawidi yari mu magorwa, yarazirikanye ivyo Yehova akora maze arasenga asaba impwemu nyeranda

    • Lk 11:​9-13—Yezu yarakoresheje ikigereranyo kitwibutsa ko Yehova yipfuza guha impwemu yiwe abayimusaba