Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Gutanga

Gutanga

Img 11:25; Ivk 20:35; 2Kr 9:11

Raba kandi Img 19:17; Mt 10:8; Lk 6:38

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • 1Ng 22:​6-16—Naho umwami Dawidi atemerewe kwubaka urusengero nk’uko yari yavyipfuje, yaratanze ibikoresho vyinshi bikenewe kugira rwubakwe

    • 1Bm 17:​8-16—Wa mupfakazi w’i Zarefati yaragaburiye umuhanuzi Eliya udufungurwa yari asigaranye, naho yari azi ko we n’umuhungu wiwe bociye bicwa n’inzara