Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Sokuru na nyokuru

Sokuru na nyokuru
  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • 1Bm 15:​9-13—Umwami Asa yaragize umutima rugabo afata ingingo yo gukura inakuru mu kibanza c’iteka, ntiyareka ngo ubucuti bw’amaraso bumubuze kugamburukira Yehova

    • Img 13:22—Umuntu arashobora gusigira abuzukuru biwe intoranwa nziza yo mu vy’impwemu

    • 2Tm 1:5; 3:​14, 15—Inakuru wa Timoteyo Loyisi aravugwa neza kubera ukwizera kwiwe kutagira ubwiyorobetsi n’uruhara yagize mu kwigisha Timoteyo akiri muto