Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Kuba imvugakuri

Kuba imvugakuri

Gus 25:​13-16; 2Kr 8:21; Ef 4:25; Heb 13:18

Raba kandi Yb 6:25; Img 3:32; 6:​16-19; 2Kr 6:​3, 4, 7, 8

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Zb 15:​1-5—Yehova arerekana ko kuba imvugakuri ari kimwe mu vyo asaba abipfuza kuba abagenzi biwe somambike

    • Ivk 5:​1-10—Ananiya na Safira barahanywe kubera batavuze ukuri