Ab’iwabo n’uwo mwubakanye
Ni kubera iki abavyeyi be n’umuryango bokwirinda kwivanga mu mubano w’abana babo?
Raba kandi Zb 34:14; Mt 5:9; Rm 12:18; 14:10-13
Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:
Kv 18:1-27—Umuhanuzi Musa na sebukwe Yetiro barubahana bagaterana iteka