Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ubuntu; umutima mwiza

Ubuntu; umutima mwiza

Ni ibiki bitwereka ko Yehova afise ubuntu?

Rm 3:​23, 24; Tt 3:​3-6; Heb 2:9; 1Pt 5:5

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Yon 3:10; 4:11—Yehova yaragiriye ubuntu Abanyaninewe bigaya arabaharira, agirira impuhwe n’ibitungwa vyabo

    • Lk 6:​32-36—Yezu yaturemesheje kugirira ubuntu abandi mu kutwibutsa ko Yehova agirira ubuntu n’intashima be n’ababisha

Dushobora gute kugirira ubuntu abandi?

Img 19:17; 22:9; Lk 6:35; Ef 4:32

Raba kandi Img 11:17; 31:​10, 26; Heb 13:16

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Mr 14:​3-9; Yoh 12:3—Yezu yarakeje Mariya mushiki wa Lazaro kubera umutima mwiza yerekanye mu gutanga

    • 2Tm 1:​16-18—Onesiforo yararuhuriye intumwa Pawulo igihe yari apfunzwe