Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Amashusho y’ibiterasoni

Amashusho y’ibiterasoni

Yb 31:1; Zb 101:​2, 3; Mt 5:​27-30; Kl 3:5

Raba kandi 1Kr 6:18; Ef 4:​17-19

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • It 6:​1, 2; Yud 6—Abamarayika bamwebamwe baritegereje abagore barabipfuza, bikwegera akarambaraye

    • 2Sm 11:​2-4—Kubera ko Dawidi yabandanije kuraba Batisheba ariko aroga, yararenze ibigo na we, mu nyuma na ho yica umugabo wiwe