Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ukwita imbere; ubwibone

Ukwita imbere; ubwibone

Img 11:2; 13:10

Raba kandi Img 21:24

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • 2Sm 6:​6, 7—Uza yaritaye imbere aragerageza gufata isandugu nyeranda ya Yehova yagira ihenuke, maze Yehova amwicira aho nyene kubera ico kintu yubahutse gukora akagambararira Imana

    • 2Ng 26:​16-21—Umwami Uziya yarahanywe kubera ubwibone yerekanye