Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ubwishime

Ubwishime

Ubwishime; ukwishira hejuru

Zb 138:6; Img 16:​5, 18; Yak 4:​6, 16

Raba kandi Img 21:4

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Est 5:​9-14; 7:​9, 10—Umunyabwishime Hamani yarababajwe no kuba Morudekayi yaranse kumwunamira. Ubwishime bwiwe bwamushikanye ku kwicwa

    • Ezk 28:​11-15, 17, 19—Umwami wa Tiro yarabaye umunyabwibone kubera ubutunzi n’inkomezi yari afise, maze mu nyuma arasangangurwa