Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Kutadadaza; kutarenza urugero

Kutadadaza; kutarenza urugero

Kubera iki abakirisu bakwiye kutadadaza?

Fp 4:5; Tt 3:2; Yak 3:17

Raba kandi 1Tm 3:​2, 3

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • It 18:​23-33—Yehova yaremeye ko Aburahamu amubaza ibibazo vyerekeye isangangurwa rya Sodomu na Gomora, amwumviriza yihanganye

    • It 19:​16-22, 30—Igihe Loti yasaba ko yohungira i Zowari aho kuja ku misozi, Yehova yaramushiriye aho ashaka

    • Mt 15:​21-28—Yezu yarerekanye ko atadadaza mu gukora ivyo umugore w’Umunyafenisiyakazi yariko aramusaba yinginga. Yabikoze kubera ko uwo mugore yari yerekanye ukwizera kwinshi