Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ukwigumya

Ukwigumya

Yehova yerekana gute ukwigumya?

Ni ryari dukeneye ukwigumya?

Img 16:32; 25:28; 1Kr 9:​25, 27

Raba kandi 2Tm 2:​23-25; Tt 1:​7, 8

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • 2Sm 16:​5-14—Umwami Dawidi yaragaragaje ukwigumya igihe Shimeyi yamwubahuka akamuvumagura

    • 1Pt 2:​21-23—Intumwa Petero yaravuze ukuntu Yezu yigumya bidasanzwe igihe yaba asomborokejwe canke ababajwe

Ni ibiki vyodufasha kurushiriza kwigumya?

Lk 11:​9-13; Gl 5:​22, 23; Ef 4:​23, 24; Kl 4:2

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Lk 11:​5-8—Yezu yarerekanye ko bihambaye ko tuguma dusaba Imana ngo idufashe