Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Kwiba

Kwiba

Kv 20:15; Ef 4:28; 1Pt 4:15

Raba kandi Yr 2:26; Mt 19:​17, 18

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Ezk 33:​14-16—Yehova yasezeranye kubabarira ababisha, harimwo n’abasuma bigaya bagahindura inyifato yabo

    • Yoh 12:​4-6—Yuda Isikariyoti ntiyabaye gusa umusuma, yarabaye n’umuhemu