Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo


Vyoba bishoboka ko wiberaho ibihe bidahera?

Vyoba bishoboka ko wiberaho ibihe bidahera?

Woba wokwishura ngo . . .

  •   egome?

  •   oya?

  •   kumbure?

IVYO BIBILIYA IVUGA

“Abagororotsi bazokwigabira isi, kandi bazoyibako ibihe bidahera.”​ZABURI 37:29.

ICO VYOKUMARIRA

Uzobaho uhimbawe kandi wibereye mu mahoro uri kumwe n’incuti n’abagenzi.​YEREMIYA 29:11.

Urashobora kubaho atari imyaka mikeyi gusa, ahubwo ibihe bidahera.​ZABURI 22:26.

TWOBA DUSHOBORA KWEMERA IVYO BIBILIYA IVUGA?

Egome. Kugira umenye igituma, nurabe ibimenyamenya bitangwa mu vyigwa bitatu biri muri aka gatabu. Ivyo vyigwa ni ibi: