Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyigwa vyanje vya Bibiliya

ABANA BATARENZA IMYAKA 3

Ivyigwa vyanje vya Bibiliya

Raba ivyo bikoko biri hafi y’ubwato bwa Nowa.

Ni ibihe vyabira kandi ni ibihe bikuga?

Ibikoko vyose, bigufi na birebire, ubwato bwa Nowa bwarabirokoye. Itanguriro 7:7-10; 8:15-17

KORA IBI

Saba umwana wawe yerekane:

Ubwato

Idubu

Imbwa

Inzovu

Umusumbaremba

Intambwe

Inkende

Ingurube

Intama

Imparage

Umunywamazi

Igiti

Gerageza kwigana ijwi ry’ibi:

Imbwa

Intambwe

Inkende

Ingurube

Intama