Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2018

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2018

Ryerekana Umunara w’Inderetsi na Be maso! dusangamwo ikiganiro

INTEGURO Y’UKWIGA Y’UMUNARA W’INDERETSI

BIBILIYA

  • Kuyiga neza kandi bikakuryohera, Muk.

IBIBAZO VY’ABASOMYI

  • Abagiraneza Yezu yavuze ni bande? Muny.

  • Abatubakanye bamaranye ijoro ryose, vyoba bikwiye kwicarirwa na komite ncarubanza? Muk.

  • Kubera iki muri Zaburi 144:12-15 hahinduwe ukundi? Ndam.

  • Kubera iki twerekana Paulo afise ubuhanza? Ntwar.

  • Kubera iki umuntu atemerewe gushira kuri internet ivyo twasohoye? Ndam.

  • Ni mu buryo ki intumwa Paulo “yatwawe . . . mw’ijuru rya gatatu” no “mw’iparadizo”? (2Kr 12:2-4), Kig.

IBIGANIRO VY’UKWIGA

  • Abatanga cane baragira agahimbare, Myand.

  • “Aha ububasha uwurushe,” Nzero

  • Bavyeyi, mwoba muriko murafasha abana gutera intambwe yo kubatizwa? Ntwar.

  • Ese twese twoba umwe nk’uko Yehova na Yezu bunze ubumwe, Ruh.

  • “Gura ukuri, ntukugurishe,” Muny.

  • Gutozwa indero ni icerekana ko Imana idukunda, Ntwar.

  • Hahiriwe abakorera “ya Mana ihimbawe,” Nyak.

  • Ibatisimu ni igisabwa ku bakirisu, Ntwar.

  • Icibutso kiratuma twunga ubumwe, Nzero

  • Igituma ‘tuguma twama ivyamwa vyinshi,’ Rus.

  • Ingene tworonka umwidegemvyo nyakuri, Ndam.

  • Kuba umuntu akomeye mu vy’impwemu bisobanura iki? Ruhuh.

  • Kubera iki twoha Umwe afise vyose? Nzero

  • Naho ari Mushoboravyose, aritwararikana, Nyak.

  • “Nimba muzi ivyo bintu, muzoba muhiriwe mubikoze,” Nyak.

  • ‘Nimureke umuco wanyu wake’ kugira Yehova aninahazwe, Ruh.

  • “Ni nde ari ku ruhande rwa Yehova?” Muk.

  • Ni nde uhanze amaso? Muk.

  • Nitumenye umwansi wacu, Rus.

  • Ni urukundo nyabaki ruzana agahimbare nyakuri? Nzero

  • Niwigane ukwizera n’ukugamburuka kwa Nowa, Daniyeli na Yobu, Ruhuh.

  • Niwigane Yehova Imana iremesha, Ndam.

  • Niwigane Yehova mu kwitwararika abandi, Nyak.

  • Niwigishe ukuri, Git.

  • Niwirinde guca urubanza ufatiye ku biboneka inyuma, Myand.

  • Niwizigire Indongozi yacu Kristu, Git.

  • Niwizigire Yehova maze ubeho! Muny.

  • Niwubahe “ico Imana yaboheye ku ngǒgo imwe,” Kig.

  • ‘Niwumvirize indero ube inkerebutsi,’ Ntwar.

  • Nugumane amahoro yo mu mutima igihe ivyawe bihindutse, Git.

  • Nugume ugaragaza urukundo kuko rwubaka, Nyak.

  • Nugume utera imbere mu vy’impwemu! Ruhuh.

  • Nukorane na Yehova buri musi, Myand.

  • Nukorere Yehova ya Mana y’umwidegemvyo, Ndam.

  • Nureke amategeko n’ingingo ngenderwako vy’Imana bimenyereze ijwi ryawe ryo mu mutima, Ruh.

  • “Nzogendera mu kuri kwawe,” Muny.

  • Rwaruka, Umuremyi wanyu ashaka ko mugira agahimbare, Kig.

  • Tube imvugakuri, Git.

  • Turemeshanye kandi “birushirize kumera gutyo,” Ndam.

  • Turi aba Yehova, Muk.

  • “Tuzosubira muri Paradizo!” Kig.

  • Ubudasa hagati y’abakorera Yehova n’abatamukorera, Nzero

  • Ubwakiranyi ni kamere nziza dukeneye cane! Ntwar.

  • “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si,” Ruh.

  • Wipfuza gushimwa na nde? Muk.

  • Wisunga ivyiyumviro vya nde? Muny.

  • Woba ufise amakuru yose? Myand.

  • Woba uriko wisunga ivyiyumviro vya Yehova? Muny.

  • Woba uzi Yehova nk’uko Nowa, Daniyeli na Yobu bari bamuzi? Ruhuh.

  • Yehova arakunda ‘abama ivyamwa bihanganye,’ Rus.

  • Yemwe bakiri bato, murashobora kugira ubuzima buhimbaye, Kig.

  • Yemwe bakiri bato, mwoba mushira imbere imigambi y’ivy’impwemu? Ndam.

  • Yemwe bakiri bato, nimurwanye Shetani mushikamye, Rus.

INKURU Z’UBUZIMA

  • Kuri Yehova vyose birashoboka (B. Berdibaev), Ruhuh.

  • Nakuriye mu bukene, mugabo ubu ndatunze (S. Herd), Rus.

  • Narahumurijwe mu ngorane zanje (E. Bazely), Ruh.

  • Nariyemeje kutareka amaboko yanje ngo aregere (M. Danyleyko), Myand.

  • Yehova ntiyigeze ampemukira! (E. Bright), Ntwar.

  • Yehova yarahezagiye cane ingingo nafashe (C. Molohan), Git.

  • ‘Yehova yaratugiriye ubuntu’ (J. Bockaert), Kig.

IVYABONA VYA YEHOVA

  • 1918​—Imyaka 100 irarangiye, Git.

  • Bagabo mwagenywe, nimwigane Timoteyo, Ndam.

  • Bakirisu mwitereye mu myaka Yehova arashima ukudahemuka kwanyu, Nyak.

  • Baritanze muri Birmaniya, Muk.

  • Baritanze muri Madagaskari, Nzero

  • Harabonetse ivyimburwa vyinshi! (Ukraine), Rus.

  • Imbuto z’Ubwami zatanguye kubibwa (Portigale), Myand.

  • Insiguro zakwiragije inkuru nziza (Irlande), Ruhuh.

  • Twoha iki Yehova? (intererano), Muny.

UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO

  • Akanyamuneza​—Tugakura ku Mana, Ruhuh.

  • Amahoro​—Woyaronka gute? Rus.

  • Nugirire impuhwe abantu, Muk.

  • Ububasha bwo kuramukanya, Ruh.

  • Ubuntu​—Bugaragazwa mu mvugo no mu ngiro, Muny.

  • Ukwiyumanganya ni ukwihangana ufise intumbero, Myand.

  • “Umugororotsi azonezerwa muri Yehova,” Kig.

UTUNTU N’UTUNDI

  • Itegeko rya Musa ryoba ryarisungwa mu gutatura amatati? Nzero

  • Sitefano yagumye atekanye ariko arahamwa, Git.

  • Umenya gute amasaha? (ibihe vya Bibiliya), Nyak.

  • Yari gushobora gushimwa n’Imana (Rehobowamu), Ruh.

INTEGURO YA BOSE Y’UMUNARA W’INDERETSI

  • Bibiliya yoba igihuje n’igihe tugezemwo? No. 1

  • Imana yoba ikwitwararika? No. 3

  • Kazoza katubikiye iki? No. 2

BE MASO!

  • Ibintu vyofasha ingo kurama, No. 2

  • Ivyofasha abatuntuye, No. 3

  • Ivyotuma uhimbarwa, No. 1