Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Niwihatire kwifata ruto nka Esiteri

Niwihatire kwifata ruto nka Esiteri

[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Esiteri.]

Esiteri yari umugore mwiza cane (Est 2:7)

Esiteri yaguma yifashe ruto naho abandi bamuhayagiza bakamushemagiza (Est 2:​9, 15; w17.01 25 ing. 11; ia 130 ing. 15)

NIWIBAZE UTI: “Amajambo mvuga n’ivyo nkora bihishura iki ku kuntu mbona ibinyerekeye?”—w17.01 25 ing. 12.