Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Icigwa mu bijanye no kuyaga neza

Icigwa mu bijanye no kuyaga neza

Esiteri yararindiriye umwanya mwiza wo kuvuga (Est 7:2; ia 140 ing. 15-16)

Yavugana ukwigengesera n’icubahiro (Est 7:3; ia 140 ing. 17)

Yari umuntu yugurutse kandi avugisha ukuri (Est 7:4; ia 141 ing. 18-19)

NIWIBAZE UTI: “Nokwigana gute akarorero ka Esiteri igihe nganira n’abo mu muryango wanje?”