Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Uraba maso ku makuru y’ikinyoma

Uraba maso ku makuru y’ikinyoma

Elifazi yaboneka nk’aho atanga amakuru yo kwizigirwa kubera imyaka yiwe n’ivyo yaciyemwo (Yb 4:1; it-1 725 ing. 17)

Yarohejwe n’amadayimoni maze ashikiriza Yobu ubutumwa buca intege (Yb 4:​14-16; w05 15/9 26 ing. 2)

Bimwe mu vyo Elifazi yavuze kwari ukuri ariko yarabigoretse (Yb 4:19; w10 15/2 19 ing. 5-6)

Isi ya Shetani ibandanya ikwiragize amakuru y’ikinyoma yonona.

NIWIBAZE UTI: “Noba mfata akanya ko kwiyemeza ko amakuru ndonka ari ay’ukuri?” —mrt 32 ing. 13-17.