Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Urukundo rudahemuka rw’Imana ruradukingira ibinyoma vya Shetani

Urukundo rudahemuka rw’Imana ruradukingira ibinyoma vya Shetani

Shetani ashaka ko abantu bemera yuko Yehova ari we atuma ibintu bibi bishika (Yb 8:4)

Yoshima ko twiyumvira yuko kuguma turi intahemuka kuri Yehova canke kumuhemukira ata co bimutwaye (Yb 9:​20-22; w15 1/7 12 ing. 3)

Urukundo rudahemuka rwa Yehova ruradufasha kudahendwa n’ibinyoma vya Shetani no kugumana ugutungana (Yb 10:12; Zb 32:​7, 10; w21.11 6 ing. 14)

GERAGEZA IBI: Kugira wikomeze igihe uri mu bigeragezo, nuzirikane uburyo butandukanye Yehova ariko arakugaragarizamwo urukundo rudahemuka, uce uvyandika, wongere uze urabisuzuma.