Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2020

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi na Be maso! vyo mu 2020

Ryerekana Umunara w’Inderetsi na Be maso! dusangamwo ikiganiro

INTEGURO Y’UKWIGA Y’UMUNARA W’INDERETSI

BIBILIYA

  • Ivyacukuwe biremeza ko Belushazari yabayeho? Ruhuh.

IBIBAZO VY’ABASOMYI

  • Abapolisi b’Abayuda bo ku rusengero bari bande? Bari bajejwe iki? Ntwar.

  • “Icamwa c’impwemu” coba kigizwe gusa na kamere zivugwa mu Bagalatiya 5:22, 23? Ruh.

  • Mu 1 Abakorinto 15:29, hoba hasobanura ko abakirisu b’ico gihe babatizwa ku bw’abapfuye? Kig.

  • Mu Migani 24:16 hoba herekeza ku muntu aguma agwa mu gicumuro? Kig.

  • Mu Musiguzi 5:8, hoba herekeza ku bategetsi b’abantu, canke harerekeza no kuri Yehova? Nyak.

  • Yezu yabaye Umuherezi Mukuru ryari? Hari itandukaniro hagati y’igihe isezerano rishasha ryemezwa n’igihe ryatangura? Muk.

IBIGANIRO VY’UKWIGA

  • “Abapfuye bazurwa bate?” Kig.

  • Boba bazokorera Imana nibakura? Git.

  • “Egeranya umutima wanje kugira ntinye izina ryawe,” Ruh.

  • Gukunda Yehova no kumukengurukira bizotuma ubatizwa, Ntwar.

  • Hoba hageze ko ubatizwa? Ntwar.

  • Icizigiro c’izuka ni ntakekeranywa, Kig.

  • Igitero kizananye mu buraruko, Ndam.

  • “Impwemu ubwayo irashinga intahe,” Nzero

  • Ingene twokwigisha abandi kwubahiriza ivyo Kristu yategetse, Muny.

  • Ingene twokwigisha umuntu Bibiliya agashika ku kubatizwa​—Igice ca mbere, Git.

  • Ingene twokwigisha umuntu Bibiliya agashika ku kubatizwa​—Igice ca kabiri, Git.

  • Ingene worwanya ugucika intege, Kig.

  • ‘Iyo ngoyagoya ni ho ngira ububasha,’ Muk.

  • “Izina ryawe niryezwe,” Ruh.

  • Izuka rirahishura urukundo rw’Imana, ubukerebutsi bwayo n’ukwihangana kwayo, Myand.

  • ‘Jewe ubwanje nzorondera intama zanje,’ Ruh.

  • Mukundane cane, Ntwar.

  • “Nabise abagenzi,” Ndam.

  • Ni ryari bibereye ko tuvuga? Ntwar.

  • ‘Nimugende rero muhindure abantu abigishwa,’ Nzero

  • “Nimungarukeko,” Ruh.

  • Niwerekane ko uha agaciro amatunga ataboneka, Rus.

  • ‘Niwiruke kugeza kw’iherezo,’ Ndam.

  • Niwubahirize ikibanza abandi bafise mw’ishengero rya Yehova, Myand.

  • Ntitwiyumvire ko duhambaye kuruta uko tubwirizwa kwiyumvira, Muk.

  • “Ntureke ukuboko kwawe ngo kuruhuke,” Nyak.

  • Nubandanye kugendera mu kuri, Muk.

  • Nubumvirize, ubamenye, kandi ubagaragarize impuhwe, Ndam.

  • Nugendane n’Imana yawe wicishije bugufi kandi wifashe ruto, Myand.

  • Nugire umutima rugabo​—Yehova ni Umutabazi wawe, Muny.

  • Nugumize amaso kuri kazoza, Muny.

  • Nujijuke yuko uri mu kuri, Muk.

  • Nukorane ubukerebutsi mu gihe c’amahoro, Nyak.

  • Nukurikirane amahoro mu kurwanya ishari, Ruhuh.

  • Nureke Yehova aguhoze, Ruhuh.

  • Nushigikire bashiki bacu dusangiye ukwemera, Nyak.

  • “Rinda ico wabikijwe,” Nyak.

  • Turajana, Nzero

  • Turakunda cane Umuvyeyi wacu Yehova, Ruhuh.

  • Ubona gute imirima? Ndam.

  • Umuvyeyi wacu Yehova aradukunda cane, Ruhuh.

  • “Umwami wo mu buraruko” mu gihe c’iherezo, Rus.

  • “Umwami wo mu buraruko” ni nde muri iki gihe? Rus.

  • Urafise ikibanza mw’ishengero rya Yehova, Myand.

  • Urashobora kubera abandi “imfashanyo ikomeza,” Nzero

  • Woba ukenguruka ingabire Imana yaguhaye? Rus.

  • Woba urindiriye “ca gisagara gifise imishinge nyayo”? Myand.

  • Woba uzobandanya wemera kubogorwa? Muny.

  • Woba witeguriye kuba umurovyi w’abantu? Nyak.

  • ‘Yehova arakiza abacitse intege,’ Kig.

  • Yehova ariko arayobora ishirahamwe ryiwe, Git.

  • Yehova Imana yawe araguha agaciro, Nzero

INKURU Z’UBUZIMA

  • Kwigira ku burorero bwiza vyaratumye ndonka imihezagiro myinshi (L. Crépeault), Ruhuh.

  • Nakoze ivyo nabwirizwa gukora (D. Ridley), Muk.

  • “Turi hano! dutume” (Jack Bergame na Marie), Ntwar.

  • “Yehova yagumye anyibuka” (M. Herman), Muny.

IVYABONA VYA YEHOVA

  • 1920: Imyaka 100 irarangiye, Git.

  • Abasubira mu gihugu cabo c’amavukiro barironkera imihezagiro myinshi, Muny.

  • Ingene twitaba akamo k’inzumbete muri iki gihe, Ruh.

UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO

  • Nushire umutima ku gikorwa washinzwe! Kig.

  • Ubwitonzi butugirira akamaro gute? Rus.

  • Ukwigumya ni ntahara kugira twemerwe na Yehova, Ruh.

UTUNTU N’UTUNDI

  • Abami badacana uwaka mu gihe c’iherezo, Rus.

  • Ibimenyamenya vyerekana ko Abisirayeli babaye abashumba mu Misiri, Ntwar.

INTEGURO YA BOSE Y’UMUNARA W’INDERETSI

  • Imihezagiro yamaho Imana izoturonsa, No. 3

  • Nurondere kumenya ukuri, No. 1

  • Ubwami bw’Imana ni iki? No. 2

BE MASO!

  • Hoba hari umuti w’ukwinubana? No. 3

  • Ingene wogabanya umwitwarariko, No. 1

  • Inyishu z’ibibazo 5 vyerekeye imibabaro, No. 2