Ja ku birimwo

Turondere abakunzi b’amahoro

Turondere abakunzi b’amahoro

Abavukanyi bacu baramamaza hirya no hino kw’isi. Reka turabe ingene bamwebamwe babigenza.

Raba kandi

NUBE UMUGENZI WA YEHOVA

Turondere abakunzi b’amahoro (Ururirimbo rwa 58)

Niwumvirize akaririmbo keza kigisha abana gukunda abantu bose no kurondera abagenzi ba Yehova kw’isi yose.

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.