Ja ku birimwo

Kibondo nikundira

Kibondo nikundira

Yehova arakunda abana kandi arabaha ibintu vyiza muri iki gihe no mu bihe bizoza.

Raba kandi

NUBE UMUGENZI WA YEHOVA​—INDIRIMBO ZISANZWE

Kibondo nikundira

Ibibondo ni ingabire iva ku Mana. Nubaririmbire ibijanye n’iparadizo turindiriye.

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.