Ja ku birimwo

Kuba umwamamaji

Kuba umwamamaji

Umwana wawe yoba azi ico akeneye gukora kugira abe umwamamaji? Aka gakorwa karamufasha.

Bavyeyi, nimusome mwongere muganire kuri Matayo 21:16 muri kumwe n’abana banyu.

Voma wongere ucapure aka gakorwa.

Umwana wawe yoba yoshobora gukwiza ibisabwa ngo abe umwamamaji? Mu vyo mwihweza mu gusenga kwo mu muryango, nushiremwo kimwe mu vyiyumviro bikurikira. (1) Nimurabe ividewo yatanzwe. (2) Nimukore agakorwa katanzwe. (3) Nimwishure ikibazo catanzwe canke mukore umwimenyerezo watanzwe. Nukoreshe ivyatanzwe aho hepfo kugira ubone aho mugejeje.

Raba kandi

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.