Ja ku birimwo

Ntitwigere duhemuka

Ntitwigere duhemuka

Ubona wofasha Tao kubona aho yoca kugira yige kuguma ari intahemuka?

Bavyeyi, nimusomere hamwe n’abana banyu Zaburi 18:25 muce muhaganirako.

Voma wongere ucapure ako gakorwa.

Muhejeje kurabira hamwe ividewo ivuga ngo Ntitwigere duhemuka, nimuganire ku kuntu Tao yagumye ari intahemuka mukoresheje utwo turongorongo. Nimuce muganira ku kuntu namwe mushobora kuguma muri intahemuka kuri Yehova uko mugize umuryango.

Nufashe Tao kubona aho yoca kugira agume ari intahemuka maze bitume ashika ku migambi yishingiye yo gukorera Yehova.

Akabirya: Nuharure incuro ako gakoko kaboneka mw’ividewo.

Raba kandi

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.